Cohoha

Kuva Wikipedia

Cohoha ni ikiyaga Kiri kumupaka w'Uburundi n'uRwanda neza na neza mu ntara ya kirundo gifise uburinganire bwa metero kwadarato mirongo indwi na zine (74km2).

Lakes of Burundi