Jump to content

Colombia

Kuva Wikipedia
Colombia n’igihugu kiri muri Amerika

Colombia ( Korombiya mukirundi ) ni igihugu kiri kumugabane wa Amerika.

  • Umurwa mukuru: Bogotá
  • Abanyagihugu: Imiliyoni mirongo ine na zitanu n'ibihumbi amajana atanu (45 500 000 hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'umunani (2018).
    Colombia Mapa Oficial
    Cartagena Panorama from La Popa 11 2019