Jump to content

Danemark

Kuva Wikipedia
Ibendera rya Danemark
Danemark

Danemark (ikidanemark: Danmark) ni igihugu kimwe mubihugu biri m'Uburaya.

  • Umurwa mukuru wa danimark : Copenhague
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato ibihumbi mirongo ine na bibiri n'amajana icenda na cumi na bitandatu (42.916)
  • Abanyagihugu: imiliyoni zitanu n'ibihumbi amajana indwi na mirongo ine n'umunani n'amajana indwi na mirongo itandatu n'icenda (5.748.769hab) mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'indwi (2017).
    Gilleleje Harbour