IKIRERE N'IBIDUKIKIJE

Kuva Wikipedia

Turi mu bihe vyihindagurika vy'ibihe, hari igihe imvura igwa canke izuba ikaka.Izuba rirasa ari ryinshi kandi turi mu bihe vy'imvura, kenshi na kenshi izuba rirasa mugatondo hama kumugoroba imvura rikagwa.Mu burundi, dufatiye mu gisagara ca Bujumbura-Maire, izuba irashobora kuba iriko iraka utuvura tukagwa.Mu mwaka uheze mu mpera z'umwaka aho twari twiteze imvura igwa siyo yaguye.Kuriyo mvo ivyokurya vyaciye bitankura kubura no kuzimba.Mu burundi, dufatiye mu gisagara co hagati ca Bujumbura-Mairie mu Gatumba bahangamiwe n'impanuka y'imvura zikomoka kumindagurika y'ikirere,bica bituma yuko amazu atwagwa.Ikindi naco, imvura n'izuba birafise akamaro kanini mu buzima bw'abantu ahanini mub'iterwa[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]

IBIDUKIKIJE Mu Burundi dukikije n'amazi, ibiti, imisozi n'ibikoko.Amakamaro k'ibidukikije, dufatiye mu biti bidufasha gukwega impwemu mbi, bigasohora impwemu nziza, bigatuma tubaho neza kandi bidufasha kukinkira imvura nyinshi ntitware amazu.