IProvense ya Bujumbura Rural
Jump to navigation
Jump to search
Intara ya Bujumbura Rural iri muntara cumi n'umunani zigize Uburundi. Uwahoze ari umukuru w'igihugu c'uburundi cypriano Ntaryamira akaba ariho yavukiye. Intara ya Bujumbura igizwe namakomine akurikira: Kanyosha,Nyabiraba,Isare,Mutambu,Mutimbuzi,Mubimbi,Kabezi,Mukike,Mugongomanga.
- Abanyagihugu: 730 000 (2020)
- Umurwa mukuru: Isare
- Uburinganire: Ibirometero kwadarato 1319