Ibibazo N'inyishu

From Wikipedia
Jump to navigation Jump to search

1. Dondagura amarangi agize idarapo rya Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika

-red (irangi ritukura

-white (irangi ryera)

-blue (irangi ry’ubururu)

2. Idarapo rya Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika ririko inyenyeri zingahe?

-inyenyeri 50 (50 stars)

3. Kw’ idarapo rya Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika inyenyeri zifise irangi iryahe?
- irangi ryera (white)

4. Izo nyenyeri zisigura iki?

-izo nyenyeri n’intara mirongo itanu zigize ubumwe bwa Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika (50 states of the union)

5. Hariko imirongo ingahe kw’idarapo rya Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika ?

-imirongo 13 (13 stripes)

6. Iyo mirongo igizwe n'amarangi ayahe?

-white (irangi ryera)

-red (irangi ritukura)

7. iyo mirongo iri kw’idarapo rya Leta Zunze Ubumwe za Amerika isobanura iki?

-iserukira intara 13 z'ubukoloni zatanguje ubumwe bwa Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika (represent 13 original states) 8. Ubumwe bwa Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika bugizwe n’intara zingahe? -intara 50 (50 states)

9. Umusi mukuru wo kwikukira kwa Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika uhimbazwa ryari? Mu kw’indwi (Mukakaro) itariki zine (July 4th)

10. Mur’ ukwo kwikukira Amerika yavuye mu buja bw’’igihugu icahe? -Ubwongereza (England)

11. Mu ntambara y’ukwivuna umwansi bahiga ukwikukira (Revolutionary war), Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika yagwanye n’igihugu icahe?

-Ubwongereza (England)

12. Umukuru w’igihugu wambere yabanje Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika imaze kwikukira n’inde?

-Ni George Washington (Joruje Washingitoni)

13. Ubu umukuru w’igihugu ca Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika n’inde?
-Ni Barack Obama

14. Ubu Icegera c’umukuru w’igihugu ca Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika n’inde?

-Ni Joseph Biden (Yosephu Bideni)

15. Ni bande bacagura umukuru w’igihu wa Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika
-Ni Electoral College *(urwego canke umurwi w’abantu ujewjwe mu guserukira gutora umukuru w’igihugu

16. Mu gihe umukuru w’igihugu muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika atanze (apfuye) ni nde yemerewe guca amusubirira mu gishingo ciwe?

-N’icegera ciwe kimusubirira (Vice president)

17. Mu gihe icegera c’umukuru w’igihugu wa Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika nawe apfuye ninde amusubirira?

-N’ umuvugizi ashikira inganji *(the house representetive)

18. Amatora y’umukuru w’igihu muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika aba haciye ikiringo kingana gute?

-haciye imyaka ine (every 4 years)

19. Umukuru w’igihugu muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika ashobora kwitoza canke gutwara igihugu incuro zingahe?

-Incuro zitarenze zibiri (two terms)

20. Igitabo c’ibwirizwa nshingiro (constitution) n’iki?

Kirimwo amategeko makuru nshingiro agize igihugu

21. Ico gitabo c' ibwirizwa nshingiro kirashoborwa guhindurwa canke?

-Ego

22. Mugihe habaye ihindurwa ari itegeko nshingiro ryongeweko canje rikuweko bavyita gute?

-vyitwa (amendment) bisigura ihindurwa ku gitabo c’ibwirizwa nshingiro 23. Hamaze kwongerwako ihindurwa zingahe ku gitab c’ibwirizwa nshingiro kigize Leta Zunze <br Ubumwe bwa Amerika?

-27 amendments (ihindurwa 27)

24. Leta ya Amerika igizwe n’amashami y’ inzego z’intwaro angahe?

-amashami 3 (3 branches)

25. Dondagura amashami y’inzego z’intwaro agize Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika
-Legislative (Abashingamateka)

-Executive (Abashikiranganji)

-Judiciary (Abakenguzamateka)

26. Inama nkuru y'Ishami ry’urwego rw’abashingamateka muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika yitwa gute?

-Congress (inama nshingamateka.......igizwe na sentare ababunge n'abaserukizi b'intara)

27. Ni bande bashinga amategeko muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika

-Congress

28. Congress igizwe n’iki

-igizwe na Sentare (senate)

-be n’ abaserukizi (House Representetives)

29. N'igihe gikorwa congress ijejwe?

-Congress ishinga amategeko

30. Ni bande batora congress?

-n’ abantu (people)

31. Muri sentare ya Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika igizwe n'abasentare bangahe?

100

32. Ni kubera iki hariho abasentare babiri muri congress ya Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika
-Babiri babiri bava muri kira ntara (hakaba hari intara mirongo itanu)

31. Woshobora kudondagura abasentare babiri bava mu ntara ubamwo?

_inyishu ivana n'intara ubamwo _
32. Umubunge (sanator) ashika muri sentare muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika atorwa haheze imyaka ingahe

haheze imyaka ibiri (after two years)

33. hari abaserukizi bangahe muri congress ya Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika

abaserukizi 435

34. umuserukizi ashika muri sentare (House representative) muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika atorwa haciye imyaka ingahe?

Haciye imyaka 2 (after 2 years)


35. Ishami ry’ Abashikiranganji arirwo rwego Nshingantearo(executives) muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika rigizwe n’inzego nki?

-Umukuru w’igihugu n’icegera,

-abahanuzi b’umukuru w’’igihugu

-n’inzego ziri musi y’amaboko y’abahanuzi (Departments under cabinets)

36. Ishami ry’ abakenguza mateka muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika ryitwa gute?
-Isentare canke urukiko rukuru (The Supreme Court)

37. Ibikorwa vya sentare nkuru y’amateka (Supreme Court) muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika n’ibihe?

Isigura amategeko y’ibwirizwa nshingiro (Interprate the Laws)

38. Bill of Rights n’iki?

- n'amategeko cumi (10 amaendments) yatanguwe kwongegwako ku gitabo c'ibwirizwa nshingiro rya Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika, aha buri muntu wese muri Amerika agateka kiwe.

39. Umurwa mukuru w’intara ubamwo yitwa gute?

-inyishu ivana n'intara ubamwo

40.Buramatare wo muntara ubamwo yitwa nde?

-inyishu ivana n'intara ubamwo

41.Dondagura intara zose 13 zatanguje ubumwe bwa Leta ya Amerika

- Connecticut, Delaware, Georgia, Massachusetts, Maryland, New York, New Hampshire, - New Jersey,Pennsylvania, Rhode Island, North Caroline, South Caroline, Virginia 42. Ninde yavuze ati: "Ipma umwidegemvyo canke umpe urupfu?"

Ni Patrick Henry

43. N’ibihe bihugu vyari abansi ba Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika mu ntambara ya kabiri y’isi yose?

-Germany (ubudagi)

-Italy (ubuitaliyano)

-Japan (Ubuyapani)

44. N’izihe ntara zibiri zigira 49 na 50 m’ubumwe bwa Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika

Alska

Hawaii

45. Martin Luther King yari nde?
yari umurongozi w'ivyo bita Civil Right Movement, mu myaka yo 1950s -a960s, aho ubwoko bw'abirabure bwari m'ubucakara no mu gacinyizo k'aburukoba rwera, bwiyamamaza buhiga umwidegemvyo bubane ubuhuru nk'ubundi bwoko,

46. umutware arongoye umutumba bamwita gute?

umustanteri wa komine (mayor)