Ibitunguru


Ibitunguru (Allium cepa) n’ikiribwa gifasha abateka kugira ibifungurwa bigire akanovera n'akamoto keza kurusha UKo vyari. Igitunguru gikoreshwa kw'isi yose kandi n'abantu bose. Bagikoresha babanje kugikaranga canke bakagitekana n'ibiribwa. Hari kandi n'abagihekenya ari kibisi, mukugifungura bakirya imizi n'amababi. Har'ubwo no kwa muganga bahimiriza abafise indwara runaka kugifungura ari kibisi. Kiri ubwoko butandukanye kandi kikagira n'amabara atandukanye.

igiterwa c' igitunguru kiranakundwa cane kuburyo abantu benshi batigera bakaranga batagishizemwo . Igiterwa c' igitunguru kiranaryosha bifungurwa cane, mubigu bimemw bimw nka: ubushunwa(chine),ubuhind(Inde),egiputa(Egypte),reta zunzubumwe za Amerika(État Unis)...nibindi, biravurwa KO birima igiterwa c' igitunguru cane . Igiterwa c' igitunguru Kiri mumurwi bita imboga n'ivyamwa (fruits et légumes)
Akamaro k'igitunguru mumubiri wikiremwa muntu: kirafasha mukwieinda indwara Kirimwo ico bita anti oxydant, kiragabanya ivumbuka ryumurindi wamaraso, kinagabanya isukari mumubiri.