Igiharage

From Wikipedia
Jump to navigation Jump to search
Ibiharage
Ibiharage
Phaseolus vulgaris

Igiharage (sg) / Ibiharage (pl) (Phaseolus vulgaris) ni igiterwa co mu bwoko bw'ibinyantete camira hejuru.

Mu gufungura igiharage, bagifungura intete canke imikerera babanje kugiteka. Ni igifungurwa dusangamwo ingaburo ya ndemamubiri nyinshi cane.