Jump to content

Ikirahuri

Kuva Wikipedia

Igikoresho kimeneka bakoresha mukunywa ibinyobwa ⟨amazi ,amata,inzoga,)

mu ncamake:

Gifasha kunyweramwo amazi, amata n'ibindi binyobwa mu buryo bw'isuku.

Kirorosha gupima no kumenya urugero rw'ikinyobwa kirimwo kubera kiba kibonerana.

Ntigihindura uburyohe bw'ibinyobwa.

Kiroroshe kozwa no gusukurwa.

Gishobora gukoreshwa incuro nyinshi.

Muri rusangi, ikirahure ni igikoresho c'isuku kandi ciza co kunyweramwo ibinyobwa bitandukanye.