Jump to content

Ikiyago:Urupapuro nyamukuru

Page contents not supported in other languages.
Add topic
Kuva Wikipedia
Latest comment: 2 days ago by Ferdinand IF99 in topic IHINDUKA Ry'urubuga Rwintango

For general discussion about this wiki, please see Wikipedia:Community Portal.

This page is for discussing the main page.


Ubusage

Dreadlock, izwi kandi nka locs canke dreads, ni imishatsi imeze nkimigozi yimishatsi ikozwe muguhuza canke gutsiba umusatsi.

Inkomoko

Bimwe mu bishushanyo vya mbere vyerekanwe kuri dreadlock vyatanguye nko mu 1600-1500 BGC mu Mico ya Minoan, imwe mu mico ya mbere y'i Buraya, iherereye i Kirete (ubu ni igice c'Ubugiriki). Igishushanyo cabonetse mu gice ca Thee ca Aegean (Santorini yo muri kino gihe, mu Bugiriki) cerekana abantu bafise imishatsi miremire.

Muri Egiputa ya kera, ingero z'Abanyamisiri bambaye imishatsi ifunze hamwe n ubusage zabonetse ku basifuzi, ibishusho n'ibindi bihingurano. Ibisigazwa vy’ibisigarira vy’Abanyamisiri bifise imishatsi ifunze navyo vyavanywe mu burondezi bwa kera.

Mu gihe cumujumbu n icuma, abantu benshi bo mu buseruko bwo hafi, Anatoliya, Caucase, Ubuseruko bwa Mediterane na Afrika y'Uburaruko nka Sumeriya, Elamite n'Abanyamisiri ba kera bagaragajwe mu tugenegene bafise imishatsi ifunditse n ubwanwa bwinshi. Yamara,iyindi migozi babohera kumishatsi ntiyitwa ubusage canka dread.

gushima

[hinyanyura inkomoko]

hariho n ibindi tukirondeza Bertrand dusabe (ikiyago) 13:09, 25 Ndamukiza 2023 (UTC)Reply

Mwiriwe kubantu bumva runo rurimi rwiwacu kavukire rwabarundi

[hinyanyura inkomoko]

Amahoro cane Libere123 (ikiyago) 09:48, 2 Ntwarante 2025 (UTC)Reply

Amahoro neza Ferdinand IF99 (ikiyago) 16:28, 16 Ndamukiza 2025 (UTC)Reply

Ibiraya

[hinyanyura inkomoko]

Ibiraya ni igiterwa gikundwa kandi cane KUBWIMANA Bienvenu (ikiyago) 17:59, 14 Mukakaro 2025 (UTC)Reply

Iyo article yibiraya warayanditse @KUBWIMANA Bienvenu ? Ferdinand IF99 (ikiyago) 22:21, 9 Ruheshi 2026 (UTC)Reply

IHINDUKA Ry'urubuga Rwintango

[hinyanyura inkomoko]

Amahoro cane kubakoresha runo rubuga, @Steve Uwimana @Afrib @KUBWIMANA Bienvenu @NIHEREWENIMANA Richard nabandi, Nakoze amahinduka kururu rubuga kubera ko vyari bisa nabi kubona kurubuga rwintango ruriko ama articles atanameze neza.

Ubu ama aricle yose mukuyandika nuko ubanza kurondera mukadirisha kabigenewe, hama ugaheza ugahimba iyo article. musabwe kudasubira kwandika ama articles aha imbere ariko mugaca ahabigenewe.

ikindi kirabujijwe kugira impinduka kururu rubuga mugihe utabifitiye uburenganzira, aha ndavuga guhindura uburyo urupapuro rwintango rumeze.

Ngireko nibutsa ko uru rubuga arugwo kubunga bunga. murakoze Ferdinand IF99 (ikiyago) 22:27, 9 Ruheshi 2026 (UTC)Reply

Murakoze cane Ku Gikorwa gikenewe Kandi ciza cane Mukoze Hama nizera ko tuzobikorerako Steve Uwimana (ikiyago) 17:17, 10 Ruheshi 2026 (UTC)Reply
murakoze namwe kubitahura no kubikurikiza Ferdinand IF99 (ikiyago) 00:32, 11 Ruheshi 2026 (UTC)Reply