Ikiyago c'uwukoresha:NIHEREWENIMANA Richard
Add topicNIHEREWENIMANA Richard ni umukorera bushake wa Wikimedia y'uburundi. Niherewenimana yinjiye mumuryango wa Wikimedia y'uburundi mumwaka w'ibihumbi bibiri na mirongo ibiri (2020). NIHEREWENIMANA Richard yavukiye muntara ya muramvya, ikomine ya Muramvya nyene, zone Muramvya kumutumba wa masango agacimbiri bihororo. NIHEREWENIMANA yavutse mumwaka w'igihumbi kimwe n'amajana icenda na mirongo icenda na gatanda, kwongerako rya mirongo ibiri na gatanu Rusama ( le 25 Mai 1996). Amashure y'intango yayize kuri EP MURAMVYA II binshi Baku da kwita kuri officiel yongera ayabandaniriza kuri EP MASANGO. Amashure yisumbuye yayize kuri lycée Communale Muramvya (ariko yahize umwaka umwe gusa) aca yongera ayabandaniriza kuri lycée Communale Kabuye II iri Muri komine Rango intara ya Kayanza ariko yahize kugera mumwaka w'icumi gusa. Mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi na gatandatu ushira uwibihumbi bibiri na cumi n'indwi ( 2016-2017) amashure yaciye ayabandaniriza Muri ITAB KIGIZI iri muntara ya Kirundo komine Kirundo zone Kirundo rurale. Mumwaka w'ibihumbi bibiri na cumi n'icenda niho yarangiza amashure yiwe yisumbuye mugisata kijanye n'amahinguriro kuraba ibisohoka n'ivyinjira mugihugu ko bitunganijwe neza be n'igisata co gufungura neza ( TIAA). Mumwaka w'ibihumbi bibiri na mirongo ibiri na rimwe, NIHEREWENIMANA Richard yarabandanije amashure yiwe ya kaminuza. Niherewenimana Richard yaciye ayabandaniriza mugisata c'ubuforoma bita soins infirmiers canke sciences infirmières mukinyamazuru. Aho kaminuza yayize muntara ya Gitega ( umugwamukuru w'uburundi muvyintwaro) kw'ishure ry'ubuvuzi rya Gitega ISPG ( institut supérieur paramédical de Gitega) benshi bakunda kwita kwa George. NIHEREWENIMANA Richard amashure yiwe ya kaminuza yayarangije igenekerezo rya mirongo ibiri Nzero mumwaka w'ibihumbi bibiri na mirongo ibiri na kare (le 20/01/2024) ahejeje gusoma igitabo ciwe co kurangiza kaminuza aho yanditse kungwara zo mukanwa niz'amenyo bakunze kwita ubugendakanwa ( infections bucco-dentaires).
Thank you for being a medical contributors!
[hinyanyura inkomoko]| The 2024 Cure Award | |
| In 2024 you were one of the top medical editors in your language. Thank you from Wiki Project Med for helping bring free, complete, accurate, up-to-date health information to the public. We really appreciate you and the vital work you do!
Wiki Project Med Foundation is a thematic organization whose mission is to improve our health content. Consider joining for 2025, there are no associated costs. Additionally one of our primary efforts revolves around translating health content. We invite you to try our new workflow if you have not already. Our dashboard automatically collects statistics of your efforts and we are working on tools to automatically improve formating. |
Thanks again :-) -- Doc James along with the rest of the team at Wiki Project Med Foundation 06:24, 26 Nzero 2025 (UTC)