Imico yabanyafurika
Imico yˈAbanyafurika, vyukuri Afurika ni umugabane munini kandi utandukanye, imico nˈimigezo bishobora gutandukana cane bivuye ku karereˌ amokoˌibihugu canke imiryango. Ariko murubwo butandukane bwabo hariho ibintu bimwe bimwe usanga bahuriyeko.
1. Akamaro kˈumuryango: imico yabanyafrika ikunda kwibanda cane ku bantu, umuryango no guhuza. Imigenzo myinshi ishingiye kubikorwa rusangi, imihango,nˈuruhara rwˈabasaza nˈabakurambere.
2. Imihango: hirya no hino muri Afurika, hariho imihango myinshi iranga ibintu vyˈakamaro nko kuvuka,gushingira no gushingirwa,nˈurupfu. ibi akenshi birimwo umuziki,imvyino no gukoresha ibintu vyingereranyo.
3.kwubaha ibidukikije: mubice vyinshi bigize afurika baritaho ibidukikije cane cane isi ndimwa ,ibikoko. ivyo vyose bigaragarira mu migenzo igamije kukubaho neza na kamere.
4.Kwakira abashitsi no gukwa: kwakira abashitsi bihabwa agaciro cane mumico y'Abanyafurika, kandi imigenzo kenshi iba irimwo gusangira ivyokurya,imitungo ndetse nigihe bakiriye abashitsi.
5.Inyambaro kavukire: inyambaro nkˈimvutano, ibikomo, nibimwe muvyambarwa abanyafurika bakunda kwambara kuko biranga umuco nyafurika koko.
Izi ni ingero nkeya, kandi imigenzo yihariye irashobora gutandukana cane mubice bitandukanye vya Afurika