Jump to content

Ingona

Kuva Wikipedia
ingona
Crocodylus niloticus
Crocodylus niloticus

Ingona (Crocodylus niloticus) ni igikoko kirekire, kiba mumazi. Kirya inyama z'ibindi bikoko , , ari ivyo mumazi canke vyo kw'isi(k'umutumba)kirashobora kandi kurya n' abantu. Ni igikoko gikaze kuruta ibindi bikoko biba mumazi . Ni igikoko kiri mumuryango w'ibikoko vyikwega bigenda vyiburuta hasi.