Ishirahamwe Mpuzamakungu

Kuva Wikipedia
Flag of the United Nations.svg
United Nations (Member States and Territories).svg

Ishirahamwe Mpuzamakungu (ONU)

N'ishirahamwe rihurikeyemwo n'ibihugu bitandukanye biri ku migamabane itandukanye y'Isi nka Afrika,Europe, Aziya, Amerika, vyemeye kwishira hamwe bishiraho n'amategeko abigenga.

Uburundi bukaba ari kimwe mu bihugu bigize iryo shirahamwe.