Kayanza
Appearance

Kayanza ni igisagara kiri mugihugu c'Uburundi. Kayanza ni nayo ntara iri muburaruko bw'igihugu c'uburundi n'izindi ntara nka Ngozi, Kirundo na Muyinga.
- Abanyagihugu: 26.200 (2012)

Kayanza, Burundi