Kwama wacitse ivutu

From Wikipedia
Jump to navigation Jump to search
Fatigue2

Kwama wacitse ivutu. Ibitero bitavanako n’ivyo bimenyetso vyo kwama wacitse ivutu. Gucika ivutu bishika igihe umuntu afise umwitwaririko mwinshi w’ubwoba no kwamana umutima uhagaze. Akenshi bimara iminuta mikeyi, mugabo birashobora kumara igihe gito canke bikaza biraza bigenda.