Montevideo

Kuva Wikipedia
Montevideo

Montevideo ni umurwa mukuru w'igihugu c'Uruguay (dusoma IRIGWE). Ninaco gisagara kinini kuruta ibindi gifise n'ikivuko gikuru cico gihugu. Mu 2004, icogisagara cari kibamwo abantu bangana 1325968 hama be n'inkengera z'umuji kikagira abakibamwo basaga 1 668 335, ni ukuvuga hafi ica kabiri c'abanyagihugu bose ba Uruguay.

J34 616 »Porsche Zentrum Montevideo«
Teatro Solis - Montevideo