Ruyigi

Kuva Wikipedia

Ruyigi ni igisagara kimwe mubisagara bigize igihugu c'Uburundi. Kandi Ruyigi ni intara imwe mu ntara zigize igihugu c'Uburundi Abanyagihugu: 44.220 (2022)