Tanganyika
Appearance

Ikiyaga Tanganyika canke Tanganika ni kimwe mu biyaga binini vyo muri Afirika. Ni ica kabiri muri Afirika mu bwaguke inyuma y'ikiyaga Victoria. ikiyaga tanganyika gisanzwe gisangiwe nibihugu bishika kuri bine; arivyo uburundi, tanzaniya ,zambian nigihugu ca gongo
uburinganire bwaco bungana na :32 600 kirometero kwadarato[1]
Tanganyika ni ikiyaga kirimwo amafi y'ubwoko bwinshi.


- ↑ ikiyaga tanganyika