Ubworozi

Kuva Wikipedia

Ubworozi ni kworora,gutunga,kubungabunga no kugwiza ibikoko, kenshi mungo zabantu canke bakabitungira mwishamba, kugirango abantu babikoreshe.

Ivyo Bikoko bakaba babikoresha ugutandukanye nko kubifungura canke bakabikoresha mukugira bibacungire umutekano aho babaye.

Ibikoko akenshi biribwa cane cane mu Burundi ni: Inkoko,Imbata,inkwavu,impene,ingurube,intama hamwe n'inka.

Ibikoko navyo bakoresha mukubacungira umutekano ni Imbwa hamwe nubuyabu.