Jump to content

Umuceri

Kuva Wikipedia

Umuceri ni igiterwa kirimwa mu Burundi, kandi kikaba gifungurwa n'abatari bake murico gihugu ndetse no mu makungu kikaba kigizwe n’intete kikaba kiri mu mugwi w'imfungurwa za Ntanga Nguvu. Mugihugu c' uburundi ico giterwa kirarimwa cane muntara nka Ruyigi , karusi nizindi

Icogiterwa c' umuceri(riz) kiranakundwa cane Aho nomumazu ncuruza bifungurwa (restaurant, hôtel ....) bijukira kugiteka. Nkuko twabivuze hejuru Kiri munfungurwa ntanga nguvu(céréales) . Muntumbero yokurwiza umwimbu wico giterwa mugihugu c'uburundi baripfuza KO hoboneka ikirimwa (ico giterwa c' umuceri)nokumutumba kandi muntara zose zigihu kuko ari igitewa mpuza makungu. Ibihugu barima cane ico giterwa kwisi ni: chine ,Inde, Indonésie, Bangladesh, Vietnam nibindi bihugu... Umuceri mwinshi urarimwa mugihu ca aziya(Asie) kuko ninaco giterwa nyamukuru muri ico gihugu