Umukenyezi

Kuva Wikipedia

Umukenyezi ni umuntu w'igitsinagore ariko yubatse ni ukuvuga afise ubugabo n'abana, ariko abana singombwa kuko arashobora kuba ari umukenyezi mugabo akaba ataravyara.