Umusonga
Appearance
Umusonga ufata kimwe nakimwe niyo ndwara y’imbeho giripe, ariko yoyo ifatira mu mahaha. Umusonga mubisanzwe uterwa na giripe. Umusonga ushobora kwica mubakiri bato, abagikura n’abakuze, abarwayi bafise sida, hamwe n’abantu basanzwe barwaye izindi ndwara kuko nta nguvu zo kurinda indwara bafise.
