Jump to content

Ururimi

Kuva Wikipedia

Ururimi ni imvugo ikoreshwa bivanye naho umuntu ari

akarorero k indimi hari

Ikirundi

Ikinyarwanda

Igifaransa nizindi

ariko ivyo bitandukanye n ururimi rumwe umuntu akoresha mukubuga kuko rurya ni igihimba c umubiri w umuntu