Uruzi

From Wikipedia
Jump to navigation Jump to search

Uruzi ni amazi atemba afise umukuba. Ayo mazi araheza agatemba aja kwisuka mu kiyaga canke mu rundi ruzi canke mbere mw'ibahari. Uruzi kenshi ruratemba ruva mu misozi rwerekereza mu biyaya ahaba hari ikiyaga canke inyanja canke urundi ruzi ngo bivangane. Uruzi ruva mu tugezi dutoduto twitororokanya, iyo turwiriye tuvamwo uruzi rufise inguvu zo gutwara nk'abantu canke rukonona imirima.

Rivière Hart Jaune