Uwukoresha:Irangabiye
Appearance
Inyambo ni inka benshi bakunze kwita inka zikirundi kuko kuva kuntwaro yacami zahozeho mu Burundi ziri muri bimwe vyaranze amateka n'umuco nakaranga k'uburundi, zirangwa n'umuvyimbuho munini, amahembe manini kandi maremare, agaransuye, ateye neza. Inyambo ziba zifise amaso mato, amaguru ateye neza, izosi canke igikanu kiganitse, ibara rimwe ry'ubuhomba kandi mu mpande zose.