Gitega ni umujyi mukuru w'intara ya Gitega. Ikaba ari umujyi wa kabiri muniniya mu Burundi. Muri uwo mujyituhasanga Ingoro Ndangamuco y'U Burundi na Arkidiyosezi ya Gitega.