Agasumo ka Mwaro
Appearance

Intara ya Mwaro (Ubu itwagwa Muri Gitega) izwi cane cane kubera aho bita Agasumo ka Mwaro "falls of Mwaro". Ahantu hari haragenewe ibanga ryo Kubandwa. Imbere y’uko Abapatiri baza mu Burundi, Abarundi bose bemera Imana (one God) hanyuma bagasenga Kiranga, ariwe yari icabona c’Imana. Kiranga bamusenga babicishije mu kubandwa.