Akagoti

Kuva Wikipedia

Akagoti ni uruzi ruri mu Ntara ya Cankuzo mu gihugu c' UBurundi. Rukaba rugenda ruca mu mitumba ya Rwantsinda, Nyamihanda, Nyabibuga na Rutimbura muri iyo Ntara nyene.