Akarenga

Kuva Wikipedia

Akarenga ni uruzi ruri mu ntara ya Kayanza, komine Muhanga mu gihugu c' Uburundi.