Ikiyago c'uwukoresha:Stephano2
Ikibazo c'ubwenegihugu muri Amerika =
Iyibutsa Ry'Ikibazo co Kuronka Ubwenegihugu muri Leta Zunze Ubumwe bwa Amerika
Ibi bibazo vyateguwe na Stephano E. Nsengiyumva abisiguye abivanye mu rurimi rw'icongereza kugira ngo bishobore gufasha abrundi bari mu karere ka Leta Zunze ubumwe bwa Amerika, gutahura neza ibibazo bikunze kubazwa mu kibaazo co kuronka ubwenegihugu muri kino gihugu c'ubuhungiro.
Birashika umuntu hakaba aho yihenze...kugira ngo dukorane m'urutonde, har'ikosa wokosora, rungika i mesaje okoresheje uburyo bwa none ngurukirakure kur'iyi aderese ikurikira
816etienne@gmail.com
Fyonda aha Ibibazo N'inyishu
Start a discussion with Stephano2
Talk pages are where people discuss how to make content on Wikipedia the best that it can be. Start a new discussion to connect and collaborate with Stephano2. What you say here will be public for others to see.