Jump to content

Imburujwa

Kuva Wikipedia

Ni Ijambo ry'ikirundi rikoreshwa mu Burundi. Imburujwa ni igihimba c'umubiri kigabura umutumba n'amaguru[1].

Imburujwa ni ijambo rikunzwe gukoreshwa mugihe bariko baravuga inda nini ariko bitandukanye n'imbanyi (inda y'umugore yibungenze).

  1. https://umuryango.rw/ubuzima-115/article/mukobwa-dore-uburyo-bwiza-bwagufasha-kugira-amaguru-y-ibitesi