Kanyosha

Kuva Wikipedia

Kanyosha muri Bujumbura Mairie ni Umutumba(zone) uri muri Komine ya Muha mu Ntara ya Bujumbura Mairie ikaba ari wo mugwa mukuru w’Igihugu c’Uburundi.

Kanyosha ikaba yahoze ari imwe mu ma Komine agize Intara ya Bujumbura Mairie ariko mu nyuma vyagiye guhinduka mugihe habayeho uguhindura amakomine mu Ntaraya Bujumbura Mairie ikaba yaciye igira Ikomine zitatu zikaba ari Muha,Ntahangwa na Mukaza. Hamaze kubaho iryo hinduka rya Makomine Kanyosha ikaba yaciye ihinduka ikaba Umutumba(zone) wo muri Komine Muha.