Ibitara

Kuva Wikipedia

Ibitara ni ibiti vyinshi biba biri hamwe kumusozi [1]kanaka canke kumutumba[2] kanaka, ivyo rero bigakunda gufasha cane mukuzana akayaga keza canke mukuzana imvura[3], mugufasha kwihindagurika ryibihe.

Amashamba menshi arageramiwe mu Burundi kubera abantu nashaka Aho baragira amasho yabo, canke iyo bakeneye ibiti vyo gucana, ivyo bita mukirundi "Inkwi". Bifasha benshi cane muguteka ikindi birafasha ababaza imbaho

References[hinyanyura inyandiko | hinyanyura inkomoko]
  1. https://www.archidiocesedebujumbura.bi/ik/at886/15/
  2. https://archidiocesedebujumbura.bi/ik/at1097/
  3. https://www.kigalitoday.com/ubuhinzi/ubuhinzi/article/imvura-y-itumba-ishobora-kugabanuka-abahinga-bagire-vuba-meteo-na-rab