Rondeza ibivamwo
Appearance
Fungura urupapuro "Ari" kuri iyi wiki! Raba kandi ivyavuye mw'irondera.
- burengero bw’Uburundi kiri hafi y’umurwa mukuru w'ubutunzi Bujumbura kikaba ari ica kabiri kw’isi gifise munsi harehare kure cane. Izina ry’Igihugu: Repuburika...9 KB (959 amajambo) - 01:46, 29 Gitugutu 2024
- Intara ya Bujumbura Rural iri muntara cumi n'umunani zigize Uburundi. Uwahoze ari umukuru w'igihugu c'uburundi cypriano Ntaryamira akaba ariho yavukiye. Intara...606 bytes (49 amajambo) - 00:04, 19 Rusama 2022
- Ibirometero kwadarato 1,635.52 Intara ya Cibitoke igizwe n'ama Komine atandatu ari yo akurikira: -Buganda -Bukinanyana -Mabayi -Mugina -Murwi -na Rugombo Intara...678 bytes (53 amajambo) - 14:50, 9 Rusama 2022
- Rumonge hari ikiyaga Tanganyika. Intara ya Rumonge ifise amakomine atanu ari yo Rumonge, Burambi, Buyengero, Muhuta na Bugarama. Muri ayo makomine yose...942 bytes (100 amajambo) - 19:15, 6 Rusama 2022
- ariyo: Bururi, Matana, Mugamba, Rutovu, Songa na Vyanda. Umugwa mukuru akaba ari Bururi. Bururi ihana urubibe n'intara ya Rumonge muburengero. Abanyagihugu:...1 KB (114 amajambo) - 19:01, 19 Rusama 2022
- amajwi abavugisha atayariho, bakicura ibibatera atabiriho, canke bakemeza ko ari abandi bantu. Iyo ndwara, schizophrenia, ishobora gutera kwama wicura abansi...524 bytes (65 amajambo) - 10:46, 9 Rusama 2022
- gusa inyuma y'ingaburo nshasha y'ico gisagara. Ayo makomine atatu akaba ari Muha, Mukaza na Ntahangwa. Komine Ntahangwa ikaba iherereye mu buraruko bw'ico...3 KB (222 amajambo) - 13:50, 11 Mukakaro 2024
- Ushingiye kuri Bibiliya ni umwana w'Imana. Ko Yesu canke Yezu (Jésus) ari umwana w'Imana kandi ko Ukwemera Kwabo kugizwe n' Ubutatu Butagatifu....341 bytes (22 amajambo) - 12:53, 18 Myandagaro 2023
- Gitega ni umugwa mukuru wa politike w'igihugu c'uburundi. ico gisagara Kikaba ari igisagara kigira kabiri m'ubunini mu Burundi. Muri ico gisagara tuhasanga...525 bytes (33 amajambo) - 08:54, 8 Rusama 2022
- n'abagihekenya ari kibisi, mukugifungura bakirya imizi n'amababi. Har'ubwo no kwa muganga bahimiriza abafise indwara runaka kugifungura ari kibisi. Kiri...800 bytes (55 amajambo) - 13:34, 9 Rusama 2023
- nka Afrika,Europe, Aziya, Amerika, vyemeye kwishira hamwe bishiraho n'amategeko abigenga. Uburundi bukaba ari kimwe mu bihugu bigize iryo shirahamwe....442 bytes (32 amajambo) - 11:29, 3 Ruhuhuma 2024
- Muha mu Ntara ya Bujumbura Mairie ikaba ari wo mugwa mukuru w’Igihugu c’Uburundi. Kanyosha ikaba yahoze ari imwe mu ma Komine agize Intara ya Bujumbura...807 bytes (78 amajambo) - 21:17, 13 Ntwarante 2024
- niloticus) ni igikoko kirekire, kiba mumazi. Kirya inyama z'ibindi bikoko, ari ivyo mumazi canke vyo kw'isi(k'umutumba). Ni igikoko kiri mumuryango w'ibikoko...507 bytes (28 amajambo) - 13:01, 15 Rusama 2022
- Imana ivuga iti: «Umuco nubeho.» Umuco uca urabaho. 4 Imana ibona ko umuco ari mwiza, Imana itandukanya umuco n'umwijima. 5 Umuco, Imana iwita umutaga,...4 KB (536 amajambo) - 21:50, 25 Mukakaro 2021
- Umurundi ni umunyagihugu canke umwenegihugu aba avuka mugihu c'Uburundi canke yahoze ari umunyamahanga yahawe ubwenegihugu bw'Uburundi....143 bytes (16 amajambo) - 11:22, 13 Mukakaro 2024
- Ubwanwa ni Ubwoya canke imishatsi imera kugasakanwa ku Muhungu ageze mu bigero kikaba ari nikimenyetso cuko yakuze....121 bytes (17 amajambo) - 10:29, 25 Ndamukiza 2023
- i Beteri 1 Imana ibwira Yakobo iti: «Haguruka, uduge i Beteri kandi ube ari ho uguma, uheze wubakireho uruhimbi Imana yakubonekeye aho wariko urahunga...3 KB (481 amajambo) - 07:34, 27 Kigarama 2017
- Yakobo bati: «Umuhungu wawe Yozefu araje.» Yakobo ari we Isarayeri arinanata, yicara ku buriri. 3 Yakobo ari we Isarayeri abwira Yozefu ati: «Imana Mushoboravyose...3 KB (476 amajambo) - 09:19, 27 Kigarama 2017
- URUSHANA (ikigabane ca Urushana ni igihe invura iba iriko ragwa cane mu Burundi. ico gihe akaba ari naho invur iba iriko iravomera imirima ib yaratewe, haba kumitumba ahakunze kwitwa "muhira", hamwe nibiba vyaratewe mumwonga.)ikirere gishuha hamwe n'ibihe vy'izuba, igihe c'imbeho ari naco gihe cinvura. U Burundi bukaba ari igihugu kimwe mubihugu bihuriye kukiyaga Tanganyika....3 KB (377 amajambo) - 04:11, 6 Munyonyo 2024
- umuntu w'igitsinagore ariko yubatse ni ukuvuga afise ubugabo n'abana, ariko abana singombwa kuko arashobora kuba ari umukenyezi mugabo akaba ataravyara....166 bytes (22 amajambo) - 10:51, 17 Ntwarante 2024